5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeEntertainmentMkombozi: Indirimbo yari yitezwe yahinduwe

Mkombozi: Indirimbo yari yitezwe yahinduwe

Amezi 2 agomba arumane Mkombozi abarizwa mu gihugu c’Uburundi. Amaze kugendera intara zitari nke arikumwe n’ishirahamwe rikora amasabuni Bio power basanzwe bafatanye mu mugongo mugukorana akazi.

Agishika mu gihugu umugambi wa mbere yashatse gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe ‘’Uyu mwaka ” yakoreye mu gihugu kibanyi ca Tanzania.

Hagati y’aho aguma ahura n’ibibazo akarorero ikibanza yari yiteze ko yerekeramwo abakunzi biwe vidéo yiwe bamuhinduriye k’umunota wa nyuma ko hatakibonetse bituma aca yigiza inyuma isango yari yatanze munyuma téléphone yiwe iratakara avuga neza ko yarimwo ibintu vyiwe vyinshi vy’ingirakamaro.

Uno musi igenekerezo rya 29 nyakanga 2021 yashize kumugaragaro indirimbo yiwe yitwa” Ndaje”.

Tugerageje kuvugana nawe yatubwiye ati:” ibintu vyose biba ku mugambi w’Imana reka mbanze mbwire abarundi ko naje mu misi mike ncandekura vidéo y’indirimbo « uyu mwaka » n’ibindi bikorwa bica bikurikira ku muvuduko udasanzwe bandindire nk’uko indirimbo yanje ndaje ibivuga.”

Twarangije tumushimira nawe aradushimira yongera atwipfuriza iterambere.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...