5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiKirikou mu Kibanza ca mbere muri Top10 ya BETV

Kirikou mu Kibanza ca mbere muri Top10 ya BETV

Mu bikorwa vyo gushimira umuririmvyi yitwaye neza buri kwezi, imboneshakure BETV Yama ikora uko ukwezi kurangiye, kuno kwezi umuririmvyi Kirikou niwe araye atwaye ikibanza aca 1. 

Ico Kibanza kikaba kimuhaye agashimwe k’amafaranga 300,000 hamwe na Promotion y’ukwezi kwose kuri iyo mboneshakure.

Parrain w’ico gikorwa c’ugutanga agashimwe akaba yabaye umuririmvyi David Nduwimana asanzwe abarizwa muri Australia, akaba yaciye aserukirwa na mwene nyina.

Iyo ndirimbo ikaba ibaye iya mbere mu zindi ndirimbo zitari nke Kandi zigize imisi zikunzwe zirimwo Yooh , Manka, Ihela, this love, Akanoti n’izindi.

Indirimbo yiwe ibaye iya Mbere akaba Ari Biharahawe nayone itoroshe cane, ikaba kuri YouTube imaze kurabwa incuro zababa 200,000.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...