5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeEntertainmentBernice The bell: Vuba mu giteramo kidasanzwe

Bernice The bell: Vuba mu giteramo kidasanzwe

Umwigeme Bernice mwamumenye ku ndirimbo nka Rwagasore,Iwacu n’izindi, niwe agiye gukora ibidakorwa cane n’abaririmvyikazi benshi, narirya gutegura i gitero witungnirije we nyene ari nko kunwa umururazi ku baririmvyikazi ba hano iwacu.

Aho azoba afadikanije Na Band yiwe yitwa  The Bell Band   7/10/2021 akazoba afashwe mu mugongo n’ishirahamwe ry’abaririmvyi( Amical de musicien)
Azoteramisha abakunzi b’umuziki ndundi muri rusangi n’ indirimbo ziwe z’akaranga zihayagiza igihugu ciwe c’amavukiro
Bikazobera mu kigo ndangamuco c’abafaransa isaha imwe y’ijoro kwinjira hakozoba ari ku buntu.
Ku bwa Bernice  ngo abazohashika ngo:

“Mwokwitega wa muziki w’iwacu ukoze k’ubuhinga bwa none( moderne)
Na spectacle nziza
Icomusabwa nukudasiba.”

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...