HomeIKIRUNDI_newsKuzana Otile ntivyagiye musi y'36,000,000 fbu

Kuzana Otile ntivyagiye musi y’36,000,000 fbu

Indirimbo Sat-b yakoranye na Otile Brown, harimwo n’uburyo vyabatwaye mu gihe yaza hano iwacu ngo vyafashe amafaranga Atari make . Sat-b yatanze igitigiri ngereranyo c’uburyo vyabatwaye

Mu kiganiro na Minouche, uwo muririmvyi yatanze igitigiri c’amafaranga batagiye musi. Uwo muririmvyi yavuze ko amahera bakoresheje arenga 12,000 $, arenga gato Imiliyoni 36 z’amafaranga ya hano iwacu. Uwo muririmvyi ntiyavuze igitigiri nyezina, ariko yavuze ko batagiye musi. Yagize Ati : ” kuzana Otile ngaha, ugira ngo ni musi ya 12,000$? Gukora igikorwa cose, amatike, vyose vyose…”

Muri ico kiganiro uwo muririmvyi akaba yanashimiye Crown Royal kuko ngo amasezerano bamuhaye, bayamuhaye n’umutima wo gukunda umuziki, kuko banabaye bo bonyene, kuko ata wundi arabikora.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...