Masterland ku ndirimbo yiwe Nsomya itahukanire 500000Fbu
Ni gushika igenekerezo rya 25 gitugutu 2021 akaba ahamagarira uwo wese afise impano yo gutamba kudacikwa n’ayo mahirwe. Ibisabwa ni ukwifata akavideo uriko uratamba indirimbo Nsomya umunota umwe uce urungika ku numéro za…