5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
HomeAwardsMasterland ku ndirimbo yiwe Nsomya itahukanire 500000Fbu

Masterland ku ndirimbo yiwe Nsomya itahukanire 500000Fbu

Ni gushika igenekerezo rya 25 gitugutu 2021 akaba ahamagarira uwo wese afise impano yo gutamba kudacikwa n’ayo mahirwe.

Ibisabwa ni ukwifata akavideo uriko uratamba indirimbo Nsomya umunota umwe uce urungika ku numéro za Whatsapp 69 036036.

Agashimwe gategekanijwe ku wuzoba uwa mbere ndetse n’uwa kabiri n’uwa gatatu hari utundi tuganuke bazotahana atarashima kuvuga.

Igice ca kane gishira ica nyuma n’ica kabiri gishira ica nyuma bizobera kuri Facebook page ya Masterland nyene, Final hazokorwa igiteramo en ligne.

Usabwa kubibwira uwo wese afise impano yo gutamba agerageze amahirwe yiwe.

Tunabibutse ko atazoba ari ubwa mbere uwo muririmvyi akoze ico gikorwa n’udushimwe akadushikiriza benetwo ku mugaragaro.

- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...