5.5 C
New York
Thursday, December 9, 2021
HomeBurundiAline Gahongayire ngo abavuze muka Kigingi bafise ubugwayi 

Aline Gahongayire ngo abavuze muka Kigingi bafise ubugwayi 

Aline Gahongayire umwe mu baririmvyi b’abanyarwanda bakunzwe cane, ariko kandi akaba n’umukinyi w’amareresi, yagize ico avuga ku bavuze ko kigingi yarongoye umukecuru. Hakaba hari mu kiganiro yahaye kimwe mu binyamakuru vy’I Kigali. 

Mu kiganiro na Sabin, Kigingi ngo yabwiye Sabin ko bamusagirije ko yatwaye umukecuru, Aline gahongayire aca yishura ko ivyo ari ibisanzwe bidakwiye guhungabanya Kigingi kuko ngo ababivuze bafise ubumuga bwo mu kanwa.

Nayo ku kibazo c’ubwiza, ngo Mataratara Marina umukunzi wa Kigingi ngo I Kigali nta mwigeme ahari amusumba ubwiza.

Ivyo uwo muririmvyi akaba yabivugiye mu kiganiro aho yariko avuga ku bijanye n’ugucana intege, aho bahimiriza abantu kudacana intege.

- Advertisment -

Must Read

Issa Jamal AKA Yoya ngo ari mu nzira

0
Issa Jamal benshi bamenye nka Yoya ngo yoba ari mu nzira, ivyo uwo muririmvyi akaba yabimenyesheje ku rubuga rwiwe rwa Instagram muri iyi misi...