Kigingi agiye gukorera Comedie I Kigali
Mu migambi Mugenzi Alfred Aubin afise ngo harimwo gukora igiteramo I Kigali mu gihe kitari ica kera gose. Ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yagiranye na Isimbi Tv. Muri ico kiganiro, uwo mukinyi…