5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation Cup...

# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation Cup bashitse neza muri Egypte

 

Abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi babandanya bizerwa na CAF kugira bazohore bahagarikira inkino za CAF Champions League canke CAF Confederation Cup.

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 21/10/2021, niho abahagarikizi mpuzamakungu bane b’abarundi bashika neza mu gihugu ca Egypte mu ntumbero yo guhagarikira urukino rwa CAF Confederation Cup ruzohuza umugwi Pyramid wo muri Egypte hamwe na Azam Fc wo mu gihugu ca Tanzania.

Urwo rukino rukaba rutegekanijwe kuba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Gitugutu 2021 isaha zitatu z’ijoro ku masaha ya hano iwacu.

 

- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...