5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
HomeBurundiAbarundi 5 bagiye kuja muri Maroc muri Festival Visa for Music

Abarundi 5 bagiye kuja muri Maroc muri Festival Visa for Music

Kimana Edith Stein, Ndabaneze Andre “Andy Mwag”, ngendakumana Armel Chabel “Masterland”, Christian Nsavye, hamwe na Shabani Ramadhani nibo barundi bazokwitabira isabukuru FESTIVAL y’imisi 3 muri Maroc neza neza Rabat uku kwezi kw’11. 

Iryo sabukuru risanzwe riba buri mwaka, rikaba rizoba kuva ku ma genekerezo ya 17 gushika kuri 20 y’ukwezi kwa 11 ku mugwa mukuru wa Maroc. Iryo sabukuru rikaba ari akaryo keza kuri abo barundi kuzohura n’abandi bahinga baba abanyafrika n’abanyaburayi, basanzwe ari inzobere muri ico gisata nabo bakoreramwo.

Uburyo gushikayo, abo uko ari 5 bakaba babuhawe n’umugambi w’ubumwe bwa buraya uriko ukorera hana iwacu ariwo Pasacc, nkuko babishikirije mw’itangazo bacishije ku mbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha.

Urwo rugendo rukaba ruri mu ruhererekane rw’inyigisho nkarishabwenge bariko baratanga Baha abahinga b’abarundi bakorera mu gisata c’umuziki. Iziheruka zikaba zabereye mu ntara ya Gitega.

- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...