5.5 C
New York
Thursday, December 9, 2021
Homefootball# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zigiye gutana mumitwe na Gambie...

# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zigiye gutana mumitwe na Gambie muri Turky

 

 

 

 

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Gambie .

urwo rukino rwa kivandimwe rukaba rugiye kuba kw’igenekerezo rya 16 Munyonyo 2021 i Antalya mu gihugu ca Turquie.

urwo rukino rukaba ari urwo gufasha umugwi nserukira gihugu wa Gambie gutegura inkino za nyuma za finale z’igikombe ca Africa CAN izobera muri Cameroun mu mwaka wa 2022.

Urutonde rw’abakinyi bazokwitabira urwo rukino rukaba rugiye gushirwa ahabona mu misi iri mbere .

 

- Advertisment -

Must Read

Issa Jamal AKA Yoya ngo ari mu nzira

0
Issa Jamal benshi bamenye nka Yoya ngo yoba ari mu nzira, ivyo uwo muririmvyi akaba yabimenyesheje ku rubuga rwiwe rwa Instagram muri iyi misi...