Jose Chameleon ngo yasubiye kandi kwinjizwa ibitaro
Jose Chameleon ngo yasubiye kandi kwinjira ibitaro kubera ya ngwara yamusinzikaza mu misi iheze, nkuko amakuru ava muri Uganda abishikiriza. Uwo muririmvyi yaheruka gushirwa mu bitaro kubera ingwara yafashe kimwe mu bihimba…