Month: October 2021

Lolilo yatanze imfashanyo y’amakaye

 Inyuma ya Iry Tina aheruka kuja gufasha abatishoboye mu ntara ya Kayanza, ubu naho Lolilo yatanze amakaye ku banyeshure biga mu mashure mato mato mu gisagara ca Bujumbura.  Ico gikorwa cabereye kuri Zone Kanyosha muri komine…

Kidum yankiwe gufata inkoho mu 1995 

Itiro na se ngo ni bimwe mu vyatumye uwo mwanditsi wa Yaramenje adafata inkoho, canke ngo agandagurwe nk’incuti ziwe za hafi 17 ziciwe mu kibira zigiye kuraba inkumi i Bubanza, hiketswe ko zoba zigiye mu migwi yagwana ico…