Festival Music Marahaba iragarutse kandi mu Burundi
Nk’uko twavuganye n’uwusanzwe arongoye iyo Festival mu Burundi yatubwiye ko uko umwaka utashe iyo festival itegerezwa kuba, iba ihurikiyemwo abaririmvyi bo ng’aha iwacu, hama uko imyaka ibiri irangiye Festival Marahaba iba…