5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Abakinyi 22 bagiye kwerekeza i Buraya gukina inkino...

# Indundi Sports | Abakinyi 22 bagiye kwerekeza i Buraya gukina inkino zibiri zakivandimwe

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yashize ahabona abakinyi 22 bagiye gutana mu mitwe n’imigwi nserukira gihugu ya Comores hamwe na Myanmars, izo nkino zibiri zikaba zigiye kubera i Buraya mu gihugu ca Turky.

Abakinyi bafashije Intamba mu rugamba gukina CAN bari no mu bihe vyiza ntibabonetse kuri urwo rutonde aho novuga nka Kwizera Pierrot , Hussein Shabani Tchabalala , Fréderic Nsabiyumva, Shassir Nahimana n’abandi ntibabonetse kuri urwo rutonde ntawuramenya impamvu.

Abakinyi 22 batumweko ni aba bakurikira:

1) Nahimana Jonathan
2) Ndikumana Justin
3) Arakaza Mac Arthur
4) Marco Weymans
5) Nzeyimana Philip
6) Ndizeye Eric
7)Moussa Omar
8) Ndayishimiye Youssuf
9) Nshimirimana Jospin
10) Nduwarugira Christophe
11) Ntibazonkiza Saidi
12) Nzigamasabo Styves
13) Bigirimana Gael
14) Irutingabo Mossi Tresor
15) Irakoze Piclaire
16) Berahino Saido
17) Abdoulrazaq Fiston
18) Mohammed Amissi
19) Kanakimana Bienvenue
20) Amissi Cedric
21) Bigirimana Blaise
22) Bimenyimana Bon Fils Caleb

 

- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...