HomeInanga Events ije gushigikira abaririmvyi ba gospel
Array

Inanga Events ije gushigikira abaririmvyi ba gospel

Igenekerezo rya 20 Munyonyo 2021 niho baramutse bugurura icese igikorwa bagiye gukorera hamwe inanga Events aho bari batumiye abanditsi n’abamenyeshamakuru.

Batanguye basigura inanga Events nibande?

Ni coopérative ihurikiyemwo abamenyeshamakuru basanzwe bakijijwe bava mu masengero atandukanye yemera (Yesu) basanzwe bakorera ku masamirizi atandukanye.

Intumbero yabo n’uguteza imbere umuririmvyi asanzwe aririmba indirimbo zininahaza imana mukumufasha kumenyekana, kw’idandaza,no gutegura ibiteramo.

Icobasaba n’umuririmvyi kuja kw’iyandikisha basinyane amasezerano baheze batangure gukorana.

Ikintu nyamukuru bashaka nuko ubutumwa bwiza bwokwiragira hose ndetse n’umuririmvyi akaronka kutwo yabiriye akuya.

Ngo ibisabwa mukwiyandikisha, samananiza ahubwo impano niyo bashira imbere.

Barangije basaba gushigikirwa kugira baze bashike kw’ihangiro biyemeje.

- Advertisment -

Must Read

Soixante millions de francs burundais accordés au Flambeau du Centre.

0
Le président de l'équipe Flambeau du centre de Gitega a accordé 60 millions de francs burundais aux joueurs et au personnel de l'équipe. La...