Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari umumenyeshamakuru Ismail Niyonkuru ku rubuga…