Neymar ngo azosubira mu kibuga mu mwaka uza wa 2022
Neymar Junior ngo indwi ziri hagati ya 6 n’8 nizo zishobora kuzohaca imbere yuko uwo musore w’umunya Bresil asubira kuboneka mu gitigiri c’abakinyi ba PSG baja mu kibuga guhiganwa. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umugwi…