Day: December 8, 2021

Spok’s yafatiwe mu Rwanda

Mu gihe umuririmvyi Spok’s asanzwe ari n’umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru BETV ari I Kigali aho yagiye ajanywe n’ibikorwa bitandukanye ariko kandi birimwo n’akaruhuko, uwo muririmvyi ngo yafatiwe I Kigali. Muri Video yakoze…

Nziza Desire abarizwa muri Tanzania

Abakunze gukurikirana umuririmvyi Nziza Desire, muraherutse kubona amashusho yiwe mashasha ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Kirya kibanza yarimwo ngo si muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Amakuru dukesha Manager yiwe I Kigali,…