BasketballhomepageIKIRUNDI_newskirundi_Sports

Indundi Sports| Umugwi New Stars ubandanya wandikisha amateka mu gihugu ca Afrika y’epfo

Inyuma yo kwirahira umugwi Cap town tigers ku manota 83 kuri 71, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 07 Kigarama 2021, uwo mugwi New Stars wasubiye kandi utana mu mitwe n’umugwi wa Matero Magic kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 08 Kigarama 2021 uwutsinda amanota 78 kuri 70.

Ivyo bikaba vyerekana y’uko umugwi News uri mu bihe vyiza kandi ushobora kuvayo ukoze amateka adasanzwe muri izo nkino za BALL Elite 16 ziriko zibera muri Afrika y’epfo.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 45