5.5 C
New York
Thursday, January 20, 2022
Homefootball#Indundi Sports | Ndayishimiye Warren Chebby yagendeye Gitega Academy

#Indundi Sports | Ndayishimiye Warren Chebby yagendeye Gitega Academy

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2021 , niho Ndayishimiye Warren Chebby umurundi asanzwe aba mu Bwongereza yagendera umugwi wa Gitega Academy, intumbero yo gufata urugendo rumushikana i Gitega ku murwa mukuru wa Poritike akaba kwari ukuyaga n’abo bakinyi bakiri bato kugira bashobore kumutura ibibazo bafise ndetse bashobore no gusangira imfungurwa zo ku murango.

Ndayishimiye Warren Chebby akaba ariwe arongoye umugwi wa Gitega Academy imbere y’amategeko.

Mwomenya y’uko imigwi ya Gitega Academy ari imigwi ibiri , uw’abakuze ukaba ukina mu cicaro ca gatatu muri Championnat locale hamwe n’uwo abakiri bato.

 

- Advertisment -

Must Read

Abirengagizwa hano iwacu ngo si abava mu miryango ikenye gusa

0
Imwe mu myidogo hano iwacu mu baririrmvyi n'uko badashigikirwa kuko ata buryo bafise, ariko bwabundi ngo n’abitwa ko bavuka mu miryango yifise nabo nyene...