Alikiba ngo ntiyokora nka Diamond agashinga ivya Betting
Alikiba na Diamond naho bose ari aba Musulman bose ngo ntibabona kumwe ivy’ugushira amafaranga mu bintu bimwe bimwe. Ivyo bikaba vyashikirijwe na ALikiba ubwiwe mu misi iheze aho yaganira na bimwe mu binyamakuru aho vyari…