footballIKIRUNDI_newskirundi_SportsUncategorized

#Indundi Sports| Classico igiye guhuza Vital’o Fc na Inter Stars yatanguye gufatwa mu mugongo

 

Ishirahamwe ridandaza inzoga GALAXY -BUSINESS -COMPANY harimwo n’ikinyobwa Windboch rihejeje kugiranira amasezerano kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Kigarama 2021 na Agence NDUNDI TEAM ALL BUSINESS mu ntumbero yo gushigikira urukino rugiye guhuza imigwi ibiri ikomeye cane mu Burundi ariyo Vital’o Fc na Inter Star.

Iryo hinguriro GALAXY – Business – Companyi rikaba rigiye kuzofasha umwe muri iyo migwi igiye gukina Classico inyuma y’urwo rukino .

Abazoba bipfuza bose ibinyobwa vya Galaxy Business Company kuri uwo musi w’urwo rukino bazobironka mbere n’igiciro kizoba cagabanutse .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 18