5.5 C
New York
Thursday, January 20, 2022
HomeIKIRUNDI_newsAmicale des musiciens: Umusi nyezina amatora azoberako wamenyekanye

Amicale des musiciens: Umusi nyezina amatora azoberako wamenyekanye

Ni mugihe twari tumaze imisi tubamenyesha ko igisigaye ari ukumenya umusi w’amatora nayo abitoza bari baramaze kumenyekana ni Kimana Edith, Cedrick Bangi n’a Brighto, aho ushobora gutora umwe ashobora kurongora iryo shirahamwe ry’abaririmvyi guhera 2022 gushika ayandi matora atunganijwe.

Mw’ikete ryandiswe n’uwuramutswa iryo shirahamwe ubu ivyimfata kibanza Romeo Ininahazwe aramenyesha abitoza ko kwiyamamaza bizorangirana n’igenekerezo rya 26 Kigarama 2021 mu kurindira umusi w’amatora nyezina igenekerezo rya 29 Kigarama 2021

Nayo ku ruhande rw’abazotora yagiriyeko abibutsa ko borangiza gutanga intererano y’amezi 12 igizwe n’amafaranga 2000 ku kwezi atangwa n’umunywanyi wese w’iryo shirahamwe kugira baze bitabire amatora mu mutekano ntangere.

Indundi Magazine ibipfurije kuroranirwa mu myiteguro yabo.

- Advertisment -

Must Read

Abirengagizwa hano iwacu ngo si abava mu miryango ikenye gusa

0
Imwe mu myidogo hano iwacu mu baririrmvyi n'uko badashigikirwa kuko ata buryo bafise, ariko bwabundi ngo n’abitwa ko bavuka mu miryango yifise nabo nyene...