5.5 C
New York
Thursday, January 20, 2022
HomefootballIndundi Sports | Gén de Bgde de Police Muyenge Alexandre yatanze imipira...

Indundi Sports | Gén de Bgde de Police Muyenge Alexandre yatanze imipira ku migwi yo mu Burundi

 

 

kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Kigarama 2021 , Isaha zine 10h zo mugitondo kuri CTN , niho uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi , Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yashoboye gutanga imipira ku mugwi yo mu cicaro ca mbere , ica kabiri , ica gatatu, kuruhande rw’abigeme hamwe n’amashirahamwe yo mu ntara .

Imigwi ikaba yahawe imipira uku gukurikira :

– amashirahamwe yo mu ntara zitandukanye babahaye imipira 5 buri Association Provinciale.

– Imigwi yo mu cicaro ca gatatu ( D3) buri umugwi waronkejwe imipira ibiri .

– Imigwi uo mu cicaro ca mbere ( Primus League) n’icicaro ca kabiri ( League B ) yaronkejwe imipira itatu kuri buri mugwi.

– Abigeme nabo baronkejwe imipira itatu kuri buri mugwi .

Général de Brigade de Police, Muyenge Alexandre yashoboye gusaba imbabazi ku migwi yo mu vyicaro vya kane itashoboye kuronka ,ariko yahavuye abizeze y’uko mu misi iri mbere nabo nyene bashobora kuyironswa .

 

- Advertisment -

Must Read

Abirengagizwa hano iwacu ngo si abava mu miryango ikenye gusa

0
Imwe mu myidogo hano iwacu mu baririrmvyi n'uko badashigikirwa kuko ata buryo bafise, ariko bwabundi ngo n’abitwa ko bavuka mu miryango yifise nabo nyene...