Kingorongoro yavuze ikindi catumye avana na Amir Pro
Kurya kw’urutonyanga rw’umuti, niko amakuru y’ivyatumye Kingorongoro akinjura muri MA Production aboneka. Mu makuru twaheruka kubashikiriza, twari twababwiye ko uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko yavuze ko umwanya wari…