Alphonse Nahimana wa mu Diaspora agomba gushinga ONG Local yamaze gushika mu gihugu mw’ibanga
Ibikorwa, igihagararo, n'ijunja n'ijambo vya Alphonse Nahimana biragoye guhisha mu gihugu nk'Uburundi gifise uburinganire bwa metero kwadarato 27832 km2. Niwe yatanguje NCDP rimwe mu mashirahamwe…