footballhomepageIKIRUNDI_newsInkino

Indundi Sports | Ndayishimiye Warren Chebby yaraye atanze imfashanyo kuri Academy Gitega

 

Imbere y’uko asubira mu gihugu c’Ubwongereza mu gisagara ca Portsmouth, Ndayishimiye Warren Chebby yaraye atanze imfashanyo y’imyambaro hamwe n’ibirato ku mugwi wa Academy Gitega .

Ivyo akaba yaraye abikoze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Nzero 2021 , mu gisagara ca Gitega ku murwa mukuru wa poritike.

Mwomenya y’uko ari nawe asanzwe arongoye Academy Gitega imbere y’amategeko .

Mwibuke y’uko Ndayishimiye Warren Chebby kuva aho agarukiye mu Burundi amaze gutanga imfashanyo ku migwi itandukanye ndetse n’amashure y’abakiri bato tutibagiye n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 245