HomeBasketballUko za nkino z'ibihangange muri basketball zagenze

Uko za nkino z’ibihangange muri basketball zagenze

Ihiganwa Super finale n’ihiganwa ryashizweho n’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n’ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva.

Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi imaze gushika mu gice canyuma c’amahiganwa, haba mu bigeme ndetse no mu bagabo.
Kuri uwu wagatandatu igenekerezo rya 22 Nzero ryari Isango ryari ririndiranywe igishika n’abakunzi ba basketball  basidunye n’iyonka mu kuza gushigikira imirwi yabo nka Les Gazelles , Young Sisters, Gymkhana , Dynamo, Urunani na News Stars.
Imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikura: Les Gazelles yirahiye Young Sisters 59 kuri 47.
Dynamo ikaba itorohereje Gymkhana mu kuyitsinda amanota 83 kuri 77.
Urunani narwo rukaba rutavyoroheje mu gusubiriza mu ndumane bashirako n’agasunuzo New Stars Ku manota 87 Ku 53.
None mwibaza ko ari nde azotahukana igikombe hagati yiwo mirwi atanumwe uhobahoba?
Mwomenya ko les Gazelles igiye huhamvya Gladiators muri Finale.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...