Big Fizzo yoba agiye kandi gukorera igiteramo ku mugabane wa Buraya
Inyuma y’imyaka itari mike umuririmvyi Mugani Desire ataboneka mu biteramo ku mugabane wa Buraya, uwo muririmvyi ashobora kuba agiye gusubira kandi gukorerayo ibiteramo? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza inyuma y’ukubona ivyo…