HomefootballIndundi Sports| Uku niko imigwi izohura mugice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe...

Indundi Sports| Uku niko imigwi izohura mugice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu

 

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2022, isaha icenda 15h00 ku kibuga ca CTN niho hari haramutse haba tombola y’ingene imigwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. uku niko imigwi izohura :

– Bumamuru izohura na Magara Young Boys

– Athletico New Oil Academy izohura na Garage Express

– Flambeau du Centre izohura na Lumière de Mwumba

– Vital’o Fc izohura na Delta Star

– Top Junior izohura na Les éléphants

– Buja City izohura na Meca Fc

– BSD izohura na Inter Star

– Kayanza United izohura na Muzinga Fc

– Rukinzo Fc izohura na Musongati B

– Musongati Fc izohura na Flambeau Gahararo

– Aigle Noir izohura na Amical Kibimbi

– Olympic Star izohura na New Forcr Academy

– Messager Ngozi izohura Mugara Fc

– Flambeau de l’est izohura na Tigre Noir

– Les crocos izohura na LLBS4A

– Royal izohura na Les lierres

 

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...