HomeBurundiMutima le Comedien yamaze gufata rutema ikirere

Mutima le Comedien yamaze gufata rutema ikirere

 Mutima le Comedien ntakibarizwa ku butaka bw’Uburundi, yamaze gufata rutema ikirere, aho hataramenyekana vyukuri igihugu yagiyemwo hamwe n’ico agiye gukora. 

Mutima akaba yabwiye Alan the real ko ngo ikimujanye n’igihugu agiyemwo ngo azobimenyesha mu misi ya vuba, naho hatanguye kunuganugwa ko yoba agiye mu Bijanye n’ubu MC canke gukina ama reresi.

Urwo rugendo rwakozwe rukaba rubaye inyuma y’aho aganiririye n’abategetsi batari bake, naho hataramenyekana vyukuri icavuye muri ivyo biyago.

Ariko amakuru twaronse duhawe n’abegereye uwo mukinyi w’amareresi nuko yoba atagiye kure gose, ahubwo ari muri bino bihugu vya Africa y’ubuseruko.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...