Homefootball#Indundi Sports| Bimenyimana Robert ntakibarizwa muri les crocos

#Indundi Sports| Bimenyimana Robert ntakibarizwa muri les crocos

 

Umumenyereza wa Les Crocos yo mu Rumonge Bimenyimana Robert ntakibarizwa muri uwo mugwi .

Intandaro ya vyose ni kutitwara neza mu nkino za Primus League aho uwo mugwi uri mu kibanza ca nyuma n’amanota 12 mu nkino 22 umaze gukina. Uwamusubiriye vy’imfata kibanza akaba ari uwitwa Coach Ibrahim yahora amenyereza umugwi wa Les Lierres muri uno mwaka.

Mwomenya y’uko Bimenyimana Robert yafashe uwo mugwi wa les Crocos hagati mugice ca mbere c’ihiganwa rya Primus League.

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...