Diamond ngo abakiri bato bari bakwiye kuronderera hose
Buri muntu Imana ngo irafise aho yamwandikiye ko izocisha ivyiwe, ivyo biheruka gushikirizwa na Diamond Platnumz mu kiganiro aheruka guha abanditsi n’abamenyeshamakuru. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n’umugwizatunga…