Homeabakinyi bakina hanzeAmakuru ya Youssouf Nyange, umwe mu bakinyi bakina hanze y'Igihugu

Amakuru ya Youssouf Nyange, umwe mu bakinyi bakina hanze y’Igihugu

Youssouf Ndayishimiye batazira Nyange ku myaka yiwe 23 ni umukinyi wa kera wa Aigle noir muri championnat nkuru y’igihugu c’Uburundi “Primus League” akaba yavuye muri uwo murwi mu mwaka wa 2019 yerekeza mu gihugu ca Turquie mu mugwi wa Yen Malatyaspor akaba yawukiniye umwaka umwe gusa bitumwe n’umugwi wariko uramurondera kubera kwitwara neza.

Kuva muri 2020 kugeza kino gihe akaba ari umukinyi wa Istanbul Basakseher. Youssouf Ndayishimiye batazira Nyange inyuma yo kubura cane mu murwi wo mwihiganwa rikuru ry’igihugu c’Ubufaransa mu murwi Girondins de Bordeaux vyarangiye igura n’igurisha tutamubonye muri uwo murwi wari wamwipfuje ku bw’urugero bamubonako. Reka tumwipfurize amahirwe mw’igura n’igurishwa ryo muci riza mu kwezi kwa gatandatu.

Indundi magazine mugisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...