BurundiIKIRUNDI_news

Etoile du centre kuyindi ncuro baragarutse na Mb Data

Umurwi Etoile du centre ugizwe na Paci,Romeo,dj Daddy,Willyi, inyuma y’agacerere k’imyaka itari mike cokimwe n’iyindi mirwi y’abaririmvyi yagiye tutakimenya irengero ryayo, no muri Étoile du Centre umumwe yarakora ibikorwa ku giti ciwe.

Biri mu vyatumye benshi bibaza nyimba uwo murwi woba warasambutse.

Mu mwaka 2021 baciye baza bemeza Ko nubwo bari mu gacerere bidasigura Ko basambuye umurwi,
baciye basohora indirimbo bise “Gufosinga”
bayikoze muburyo buhanitse iranakundwa n’abantu benshi baranabakeza ko baje mw’ishusho nshasha hamwe bobandanya uko bosubiza ca gikundiro baribabafitiye mu myaka 2005 kubandanya.

Ariko nubwo biruko baribabanyoteje abakunzi babo kuva barekuye ururimbo ”
Gufosinga”
étoile du centre ntarundi rurimbo bakurikije

2022 biciye Kuri Facebook yuwe muribo Willy Sirabahenda yanditse agira ati”Vuba igikorwa gishasha Mb data na Étoile du centre.”

Tubandanye turindiranye ico gikorwa gisohotse tuzobibamenyesha.
Indundi magazine turi ngaha kubwanyu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 91