kirundiIKIRUNDI_newskirundi_Sports

Ivy’Urunani na Dynamo ntivyoroshe gutahura muri “Basketball”

Mw’ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaboko Basketball bitiriye “Viva basketball League”,aho iryo higanwa rizokwitabirwa n’imigwi 6 yomugisagara ca Bujumbura n’imigwi 4 yo mugihugu hagati .

 


Uku nikwo imirwi izohura zho inkino kundwi igira 6 y’ihiganwa: ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 05/03/2022
-Muzinga vs Dynamo
-Remesha vs Urunani
Kumusi w’ Imana igenekerezo rya 06/03/2022

-Kern vs Gymkhana
-Les Hippos vs New star

Twobibutsako kundwi ya 5 y’ihiganwa batsindanye uku gukurikira: ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 26/02/2022

-Remesha 71-68 New Star
-Mutanga United 72-61 Muzinga

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 27/02/2022

-Gymkhana 82-62 Dynamo
-Kern 60-49 Les Hippos

Twobamenyeshako umugwi Urunani ariwo mugwi utaratsindwa na rimwe muri rino higanwa ryokurondera itike ryo gukina ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaboko bitiriye”Viva basketball League”.

Twobamenyesha kandi KO aumugwi Dynamo utaratsinda urukino na rumwe ukaba ufise amanota ubusa(0) mu nkino zishika kuri zine.

Ntimuze mutangare mutabonye umugwi Dynamo mw’ihiganwa rikuru rw’igihugu ry’umupira w’amaboko Basketball bitiriye”Viva basketball League”

Indundi magazine mugisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 119