abakinyi bakina hanzehomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Ngiyi impamvu yatumye RS Berkane yipfuza Fiston Abdoulrazaq

 

Inyuma yo kugurwa n’umugwi wa Olympic Club Kourigba umugwi mushasha waduze mu cicaro ca mbere uyu mwaka, uwo mugwi wahavuye utiza umusatirizi w’intamba mu rugamba ku mugwi RS Berikane usanzwe ukina mu cicaro ca mbere nawo nyene mw’ihiganwa ryo muri Maroc.

Umugwi RS Berkane niwo wasavye umugwi Olympic Club Kourigba y’uko wobatiza Fiston Abdoulrazaq kugira aze awufashe mu nkino za CAF Champions League za Africa .

Olympic Club Kourigba wahavuye wemera kumutanga mu kiringo c’amezi atarenga 6 gusa.

Mwomenya y’uko RS Berkane wipfuje uwo musatirizi w’intamba mu rugamba bivanye n’uko ariwe yari yawutsinze igitsindo mu rukino rw’ihiganwa ryo muri Maroc aho imigwi yompi yanganije ibitsindo 3-3.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 57