footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Dullah Rashid yakiniye Vital’o Fc yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo

Umwana w’umumenyeshamakuru w’inkino  w’insamirizi ya Rema FM Rashid Alfred yaraye aryamiye ukuboko rw’abagabo .

Dulla Rashid akaba aryamiye ukuboko kw’abagabo biturutse kw’isanganya yaraye ahuye nayo mu gisagara ca Dar es Salaam , isanganya ryaraye riturutse kw’ipikipiki.

Dulla Rashid yakiniye imigwi itandukanye ya hano iwacu nka Elite Fc , Vital’o Fc , Inter Star; mu Rwanda yakiniye umugwi wa Atraco mbere akaba yari no mubakinyi bigeze kuyifasha gutwara igikombe c’amahoro ( MTN PEACE CUP).

Indundi Sports irahojeje imiryango ya Nyakwigendera Dulla Rashid.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 436