East Africa NewshomepageIKIRUNDI_newsImyidagadurokirundi

Harmonize ngo yoba yarateye ubwoba Diamond Platnumz

Iyegezwa inyuma ry’ishirwa ahabona rya EP FOA y’umuririmvyi Diamond Platnumz ngo bwoba bwabaye ubwoba uwo muririmvyi yagize.

Urukurikirane FOA rwa Diamond Platnmz rwoshizwe ahabona kuri uyu wa kane rwungururijwe kuwa gatanu igenenekerezo rya 11/2, ku mvo zitabashije gushikirizwa.

Bamwe bakaba bakeka ko uwo muririmvyi yigeze kuba shebuja wa Harmonize ngo yoba yatinye ko ishirwa ahabona ry’iyo EP yiwe ritotera induru cane, bivanye n’igiteramo ca Harmonize cari giteguwe ku magenekerezo yakurikira uwo musi w’ishirwa ahabona ry’iyo EP.

Ico giteramo mu bacitabiriye hakaba harimwo n’umuririmvyi w’umurundi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 53