abakinyi bakina hanzefootballhomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Ngiyi impamvu yatumye Saidi Ntibazonkiza adahamagarwa mu ntamba mu rugamba

Umukinyi Saidi Ntibazonkiza ntari ku rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bazotana mu mitwe na Bahrein hamwe na Libéria.

Icatumye Saidi Ntibazonkiza adahamagarwa ni imvune yari amaze imisi afise , akaba kandi anafise ubukwe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2022.

Ubwo bukwe bukaba ari ubukwe bugira kabiri kuri uwo mukinyi , amategeko y’idini rya islam aremerera umugabo kugira abagore kuva kuri umwe gushika kuri 4.

Ivyo rero nivyo vyatumye Saido Ntibazonkiza adahamagarwa mu ntamba mu rugamba.

Uyu niwe mugore agiye kwubakana na Saido Ntibazonkiza akaba yitwa Uwera Samantha Samira

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 57