footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundi_Sports

#Indundi Sports| Urutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye gukina inkino zibiri za kivandimwe

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ntwarante 2022, umumenyereza w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yaraye ashize ahabona urutonde rw’abakinyi 25 azokoresha mu nkino zibiri za kivandimwe Uburundi bwimirije gukina, akaba ari aba bakurikira :

Abanyegori:

1) Mutombo Fabien

2) Jonathan Nahimana

3) Justin Ndikumana.

Abakina inyuma :

4) Philip Nzeyimana

5) Diamant Ramazani

6) Nihorimbere Aime

7) Vallance

8) Eric Ndizeye

9) Marco Weymans

10) Moussa Omar

 

Abakina hagati:

11) Styves Nzigamasabo

12) Nduwarugira Christophe

13) Jospin Nshimirimana

14) Mossi Tresor

15) Ismail Pitchou

16) Ndayishimiye Youssuf

17) Gael Bigirimana.

Abasatirizi :

18) Mohammed Amissi

19) Bigirimaba Blaise

20) Cedric Amissi

21)Sudi Abdallah

22) Liongola Jordi

23) Bigirimana Abedi

24) Bon fils Caleb

25) Saido Berahino.

Mwomenye y’uko urukino rwa mbere ruzoba i Manama i genekerezo rya 26 Ntwarante 2022 , urwo narwo ruzohuza Intamba na Bahrein , mugihe urw’intamba la Liberia ruzoba igenekerezo rya 29 Ntwarante 2022 i Antalya muri Turky urwo narwo ruzohuza Intamba mu rugamba na Libéria

What's your reaction?

Related Posts

1 of 58