EntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundikirundi_Sports

Amazina y’indirimbo zizoba muri Ep ya Lolilo yamenyekanye

Tuvuze umuririmvyi afise indirimbo nyinshi mu baririmvyi bo mu Burundi Lolilo atabaye uwambere yoba mu bambere.

Collabo zo mu gihugu no mu makungu zose arazifise nyinshi.

 

Ngo n’uwanka urukwavu aremera ko rwiruka,
Lolilo uravye ku vyerekeye Vidéo ziwe azikora ku rugero rushimishije yaba no kurondera abakobwa baja muri vidéo aritonda agatora umukobwa mwiza
uhereye kuri album yiwe yatanguriyeko yitwa ”
“Wivu”

Ubu vuba ngo twitege Ep yiwe nshasha izoba igizwe n’indirimbo 6 izoba yitwa “Kubura” indirimbo 4 aririmba wenyene imwe yayikoranye na Vichou Love iyindi na Miss Erica
yasavye kubandanya tumukurikira kuri youtube yiwe niho azoyishira nubwo umusi atarawumenyesha.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 161