kirundiIKIRUNDI_newsInkinokirundi_Sports

Itangwa ry’imodoka y’ishirahamwe BBCI kuri Landry Ndikumana ryerekanye ubunini bw’umutahe iyo Banki ifise

Umukinyi Landry Ndikumana yabaye uwakarorero mu murwi Urunani niwe yawe imodoka ni Banki BBCI.

Iyo modoka yo mu bwoko bwa Toyota Spade Dark Brown yahawe Landry nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa mbere 20222.
Landry Ndikumana yari yahawe ipikipiki niyo Banki nyne Iyo ngingo yaje guhindurwa inyuma yuko hari ibibanza bimwe bimwe hatarekuriwe gushika izo pikipiki yari yahawe .
Ibank BBCI ikaba y’ifasikznije n’indongozi za Febabu Ku mwe n’abaramutswa Urunani mu ntumbero yo gushigikira Urwaruka Ku mpano zabo.
Ivyakozwe na BBCI vyari bikwiye kubera akorero abandi barundi mu ntumbero yo gushigikiza uburyo bwabo Urwaruka.

Tubibutse ko mu ndwi twaraye dusozereye ihiganwa ryo kurondera itike yogukina ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaboko Basketball bitiriye”Viva basketball League”.Kumusi wagatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2022 ihiganwa ryarabandanije:

Messager Ngozi
-Brothers 94-40 Giga
-Young Eagles 65-47 Tigers
-Kern 102- 64 Muzinga

Kumusi w’Imana igenekerezo rya 20 Ntwarante 2022

-New Star 60-58 Urunani
-Dynamo 101-64 Mutanga United

Tubamenyeshe ko iryo higanwa ryo kurondera itike ryo kwitabira higanwa rikuru Viva basketball League risigaje urukino rumwe gusa.

Indundi magazine mugisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 107