B Face uwu mwaka n’uwubushimwe, yatahukanye Isanganiro award ku ncuro yayo ya10
Igenekerezo rya 26 Ntwarante 2022 niho hari hategekanijwe ibirori vyanyuma vyokumenyekanisha uwuzakuba uwa 1 mw'ihiganwa ryatunganijwe na Radio Télévision Isanganiro "Isanganiro Award" ryama riba uko umwaka…