abakinyi bakina hanzehomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Saido Ntibazonkiza yatanguye imyimenyerezo muri Young Africans

Inyuma y’indwi zigera kuri 3 z’akaruhuko yari yahawe n’umuganga wa Young Africans kubw’imvune , Saido Ntibazonkiza yatanguye imyimenyerezo n’abandi .

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 04 Ndamukiza uwo mukinyi w’intamba mu rugamba yaraye abonetse mu myimenyerezo ya Young Africans yo kwitegurira urukino ruzobahuza na Azam Fc .

Urwo rukino ruza kuba ari urukino rw’ihiganwa rikuru ryo muri Tanzania rukazoba kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2022.

Mwokwibuka y’uko mu mpera z’ihiganwa Saido Ntibazonkiza ariho azorangiza amasezerano n’umugwi young Africans .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 177