abakinyi bakina hanzefootballkirundiSport

# Indundi Sports | Fréderic Nsabiyumva abarizwa muri Jomo Cosmos

 

Nsabiyumva Fréderic yagarutse mu mugwi Jomo Comos yahoramwo kera.

Inyuma yo kumara ikiringo kitari gito ataboneka mu kibuga , ivyahora bitera amakenga abakunzi biwe n’abakunzi b’intamba mu rugamba , myugariro w’umurwi nserukira gihugu yagarutse mu kibuga .

Amakuru twaronse ni uko Nsabiyumva Fréderic yahisemwo kugaruka muri uwo mugwi wiwe wa kera, akaba agiye kuwukinira mu kiringo c’amezi atarenga 6 gusa .

Mwomenya ko uwo mugwi Jomo Cosmos ubangamiwe mu cicaro ca kabiri umwanya n’umwanya ushobora kumanuka mu cicaro ca gatatu .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 38