Homehomepage# Indundi Sports| BCM : Sahabo Parris niwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza yigenjeje...

# Indundi Sports| BCM : Sahabo Parris niwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza yigenjeje neza muri Nzero

a

Vyamaze kumenyekana y’uko umumenyereza wa Top Junior Sahabo Pariss ariwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa Nzero 2022 yigenjeje neza gusumba abandi.

Uku niko basumbanya amanota:

1) Top Junior : Amanota 10 n’ibitsindo 5

2) Kayanza United : Amanota 9 n’ibitsindo 6

Uku niko inkino zagenze :

Inkino za Top Junior:

1) J 21 , Top Junior 2-1 Messager Ngozi

2) J 22 , Bumamuru 0-0 Top Junior

3) J 23, Top Junior 1-0 Rukinzo

4) J 24, Flambeau de l’est 0-3 Top Junior

Inkino za Kayanza United:

1) J 21 ,Vital’o Fc 0-3 Kayanza United

2) J 22, Kayanza United 2-0 Flambeau du Centre

3) J 23, Royale Fc 0-2 Kayanza United

4) J 24, Kayanza United 0-1 Aigle Noir

Iryo shirahamwe ry’abakunzi b’inkino ryama ritanga agashimwe ku mumenyereza yitwaye neza ukwo ukwezi gutashe rikaba ryamenyesheje y’uko ako gashimwe ka Sahabo Pariss azogashikirizwa ku musi w’Imana igenekerezo rya 10/04/2022 mu Kayanza ku kibuga Gatwaro , imbere y’urukino ruzohuza imigwi ya Kayanza United hamwe na Olympique Stars.

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...