footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sportsprimus ligue

Agashirukabute kangana n’umuriyoni niyo mafaranga Honorable George yaraye ahaye abakinyi ba Flambeau du Centre

 

Inyuma y’aho umugwi Flambeau du Centre utsindiye Bumamuru ibitsindo 2-0, abakunzi b’uwo mugwi baciye bashimira abo bakinyi .

inyuma y’urwo rukino umwe mubasanzwe batwara umugwi Flambeau du Centre Honorable Georges Nshimirimana yaciye ahamagara Issa Hakizimana amushikiriza agashirukabute kangana n’umuriyoni w’amarundi mu ntumbero yo kubakeza.

Buri mukinyi wese yaciye aronka amafaranga ibihumbi 130,000 FB harimwo na Prime de Match .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 160