BasketballIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Dr Franck Bujeje ahejeje gukomborwa muri FEBABU

 

Dr Franck Bujeje yari asanzwe atunganya amahiganwa mw’ishirahamwe rya Basketball mu Burundi FEBABU yakombowe.

Nk’uko tubisoma mw’ikete ryateweko umukono n’uwutwara ishirahamwe rya Basketball mu Burundi, FEBABU , Jean Paul Manirakiza benshi bazi kw’izina rya Appotre, icoba catumye Dr Bujeje yirukanwa ni kutarangura amabanga yiwe neza no gushira imbere inyungu ziwe.

Mukibuka y’uko Dr Bujeje yari yagenwe muri ayo mabanga mu ntango z’intwaro ya Manirakiza Appotre Jean Paul atwara ishirahamwe rya Basketball FEBABU.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 120